22/03/2026
🔴🔵 Vincent :🇹🇿 Umuririmvyi wicamamare kuva Bongo Fleva Diamond Platnumz inyuma yogushira hanze indirimbo y'iwe shasha y'ise Happy ni Diamond agarutse mushusho y'iwe shasha kumubiri aho yamaze kugira ubwanwa bwishi cane ndetse bikaba biriko bitangaza Abagiye batandukanye kumbuga nguruka bumenyi.
✍️ Mbega mubona Diamond Platnumz aberewe ameze kuno? Akanya nakawe muri commentaries....?